Rundi stringlengths 5 496 | emotion stringclasses 7
values |
|---|---|
Paulo yavuze ati: "Dushaka kwigenza mu buryo bugororotse muri vyose." | neutral |
Yamiza ijisho ku bamwubaha, kandi arazi utwo abantu bigira twose. | fear |
bwa gisagara giteranijwe kidatagaguje, | neutral |
Aha rero akagira ati: "Barabapimye kabiri kose, ariko ntibigeze babaha n'ikinini na kimwe." | disgust |
Icubahiro kibe iciwe ubu no gushitsa umusi utagira iherezo. | joy |
N'igihe yabwira Mariya na Yozefu ati: "Mwandonderera iki ? | fear |
Nta wunduta muri iyi nzu, kandi nta kintu na kimwe yanyimye kiretse wewe, kuko uri umugore wiwe. | neutral |
Ku bijanye n' "umutware w'iyi si" ari we Shetani wa Mubesheranyi, Yezu asezerana ko "agira atabwe hanze." | disgust |
Ihanga rya Isirayeli ryama rironka ingabisho biciye ku bahanuzi b'Imana. | neutral |
Nyugururire ibirimba vy'ubutungane, | neutral |
Hoba hari ikibanza mu nzu ya so tworaramwo?" | neutral |
Niwemere udakeka rero yuko abamarayika bakwitwararika ku giti cawe. | neutral |
Kubera ko ari iburyo bwanje, sinzonyiganyizwa." | fear |
Yemwe bantu banje, ababayobora barabazimiza, kandi bazimanganya inzira mwociyemwo. | fear |
Uyo Yezu ni we Imana yasubije muzima, twese ni co twiboneye." | neutral |
Uwumaze gutanga igiturire nawe arazi uwo yagihaye n'ico yarondera. | neutral |
Yaciye avuga ati: "Tabita, haguruka!" | neutral |
Qor'an: "Abo ni babandi basaba bashaka uwabageza kwa Nyagasani wabo, | neutral |
Ni yanyica, tube abaja banyu. | anger |
Ni vyiza kandi yuko dusengera Imana ku misozi miremire no mu myonga n'amasumo yose akabimenya. | neutral |
Boba bazi uruzobahitana, uwo munsi wabo boba bawuzi ? | neutral |
Na Abubakari Akida,MOHA. | neutral |
None ivyo si vyo dukwiye kwitega ku gitabu kiva ku Mana? | surprise |
Suke ndaba yozo-yozo, | neutral |
Imana imuhe impera ikwiranye nivyo yakoze. | neutral |
Ikiyaga Gitukura cari imbere yabo, Abanyamisiri na bo bari bazananye inyuma. | fear |
Twibuke abari mu murimo w'igihe cose | neutral |
nimufire tumufire umufire mmufire amufire wamufire umufire imufire limufire yamufire kimufire vimufire imufire zimufire umufire kumufire pamufire mumufire | anger |
Umugore wiwe abibonye, mwa bantu mwe, | disgust |
Ngo agasozi kintahanurwa kahiye abagabo babona, | disgust |
Nipfuza ko wogira umunezero mu buzima kubera ko uri Icabona canje!" | joy |
"Ntimufate inama za kiganga zivuye kuri Trump." | fear |
Yavuze ati: "Haba namba ntimuzopfa." | neutral |
Ivyo uvuga vyose ndabigukorera, kuko bose mu gisagara c'abantu banje bazi yuko uri umugore w'agahebuza." | neutral |
Ikibabaje, hari abamarayika benshi bagararije Imana. | sadness |
"Nja kuri Internet igihe gusa abandi ari ho bari" | neutral |
Ntakindi cabatumye bizera ataruko bishikiyeyo, kandi biboneye namaso yuko yazutse mu bapfuye. | neutral |
Ubu ariko arakoresha abasavyi biwe kugira atume ubumenyi nyakuri bukwira kw'isi yose. | disgust |
Ntanumwe azorusimba bose ni mu kuzimu. | anger |
Nyugururira ibirimba vy'ubutungane, | neutral |
"Nimba umuntu abayeho . . . imyaka myinshi, nayinezerwemwo yose." - UMUS. | neutral |
Ryari ryo rya mbere ntahura inyiyumvo z'umukobwa wanje. | neutral |
"Uzogandarira Sauli gushika ryari?" | sadness |
Mireille: Mu vy'ukuri, ntidushobora kumenya neza na neza ingene Imana yumvise imerewe kuri uwo musi. | neutral |
"Yemwe abemeye ntimwemerewe kuzungura abagore ku gahato..." | neutral |
Yamara, hari abovuga bati: 'Yezu mu buzima bwiwe yagize uturanga tubiri. | neutral |
Ivyo wovuga: Uyu Munara w'Inderetsi urasigura ingene Imana izoshitsa uyu muhango n'ingene ushobora kuvyungukirako. | neutral |
Umurongo ugororotse uberamiye iburyo. | neutral |
Uno akwukwo di ichi na iche, | neutral |
Karangura ni ibindi bice bibiri dusanga mu vyanditswe. | neutral |
Ese ukuntu bihimbaye kwikoraniriza hamwe na bo. | joy |
Naho bagenda batsitagurika, ntibatahuye ko ijoro ryashitse. | fear |
Bwa Mutwe w'ishengero, arabandanya kudufasha kumenyekanisha izina be n'umugambi vya Se. | neutral |
Imana Irakubona Abo Sibo Bakuremye . | neutral |
Umumarayika w'Uhoraho aramubaza at'ukubitiye iki iyo ndogoba yawe gatatu kose? | surprise |
Ngo uwuzokwishira hejuru azocishwa bugufi. | sadness |
Tumushira mu bandi, turamurera arakura. | neutral |
Imana mvuga ntabwo ari Kagamé mumbabarire, imana mvuga ni OMUKAMA wetu. | sadness |
Zwe na pfi ni zwi thetshelese, | anger |
Yavuze ati: "Nk'uko Data yanyigishije ni ko mvuga." | neutral |
Ababwira ahezagirika ati: "Bakuye Umukama mu mva, kandi ntituzi aho bamushize." | disgust |
Mu vy'ukuri, "ubugororotsi ni bwo ababa ku butaka bwimbuka bazokwiga." | neutral |
N'uzo-Gi di warara; | sadness |
Rimbura mike gusa mu mihezagiro ibarindiriye igihe Ubwami bw'Imana buzoba buganza. | neutral |
Petero yishura ati: "Mukama, tuje kwa nde? | fear |
Tumuravye tukamukurikira, dushobora kuronka ubuzima budahera. | neutral |
Ryusuke Yamashita, | neutral |
Mugabo nk'uko vyagendeye Yuda Isikariyoti, umuntu arashobora gutakaza ubwo bucuti bw'agaciro. | sadness |
Danburan Nuhu Abubakar, | disgust |
Nta jambo na rimwe muri yo ritashitse." | neutral |
Ku musi w'intangamarara wayo, ni ho muzotumirwa mw'ikoraniro ryeranda; ntihagire ibikenurwa muzokora kuri uwo musi. | neutral |
Ata gukeka, Umwe afise ububasha be n'ubukerebutsi bwo kurema ijuru n'isi, ni we yahaye Musa ubumenyi nk'ubwo buhanitse. | sadness |
Ni ibiki bishika ku Musozi Hori, kandi ni nde aca aba umuherezi mukuru w'Abisirayeli? | neutral |
Yavuze ati: "Ni nde yahinduye aka gapapuro? | surprise |
Arateba aravuga ati: 'Ni jewe Yozefu. | anger |
Gutyo, uzotuma uwo mwubakanye arushiriza kworoherwa no kugutega yompi. | neutral |
Yamubonye nk'Umukama n'Umukiza wiwe aho kumubona gusa nk'umwana wiwe. | neutral |
Dusenga Imana yumva, Imana yishura kandi Imana ikora ibitangaza, igatabara abayitakambira ijoro n'umurango bose. | neutral |
Canke vyobazwa abamugambaniye kugeza bamushikije ikuzimu. | disgust |
Nugerageze iki kintu: Nusenge Imana uno musi nyene. | neutral |
akabona ukwezi n'inyenyeri wamanitseyo, | neutral |
oyijire mihûnge nsobekanyè, egere mw'ezo mburungusè. | neutral |
Abandi babigira mu gihe c'akaruhuko ka sasita. | neutral |
None subira ungirire ikigongwe, umusi nzopfa mbone urubanza runkiza, noye gutabwa mu muriro udahera. | neutral |
gabi na kasi, hehe.. | neutral |
Bavuze bati: "Umuhanuzi akomeye yahagurukijwe muri twebwe." | joy |
Nijoro nateze amaboko kandi ntiyaguye ikinya; | sadness |
a Zhezu wì si janwa wi yeri, | neutral |
"Muhava muvuga muti: tuzorya iki mu mwaka ugira inddwi ko tutazotera imbuto canke ngo dushwabure ivyimburwa vyacu? | disgust |
Kuva mu buto bwawe, wamye umenya Ibitabu vyeranda. | neutral |
Ni nde yodukiza mu kudukura mu maboko y'iyo Mana ihambaye? | neutral |
we avuga ati: (Yewe ntumwa y'Imana yariye | disgust |
None ko tutiremye n'inde yaturemye? | surprise |
Uzoba ushashaye igikorwa c'amaboko yawe." | sadness |
Yaciye avuga ati: "Bagupfunze kubera utica abantu. | anger |
Abo bavuga ivyo bishakiye ngo nkurunziza mbega nkurunziza ntibaziko imana asenga ariyukuri? | neutral |
Tumenya gute ko Yezu vuba agiye kuza gucira urubanza amahanga? | neutral |
Ico umubariye kiguma hagati yawe n'Imana. | neutral |
Yamara, yari umwamamaji aroranirwa vy'ukuri. | neutral |
Kandi Imana iramutabara mugihe aterewe mugwobo rw'intambwe. | neutral |
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.