Rundi stringlengths 5 496 | emotion stringclasses 7
values |
|---|---|
Yaciye yereka abariko baramwumviriza ko batandukanye n'inyoni mu kubabaza ati: "None mwebwe ntimuzirusha agaciro?" | neutral |
uwapfakaye igihe ahamagawe mu izungura; | fear |
Ubwoko bwawe burayobejwe, intama zawe ziragiwe nabi..." | disgust |
imitima yabo bimera nk'umugesa kuri yo, | neutral |
Ni co gituma muri iki gihe aronsa umushumba w'umwizigirwa ivyo bintu nyene. | neutral |
Subira urabe ku ntango y'iki canditswe. | neutral |
abacumuye baheneze bakugarukire. | joy |
Uca mw ijuru hagati, Uv' i bwami ku Mana yacu? | neutral |
Samandari ati: mvuye mu kuzimu guhinda umuyaga! | anger |
Ehe raba, nakugize icabona mu makungu, | disgust |
Ngaho nimurye, mwishime gake kuko | joy |
Muri irya misi, Yakobo arahamagaza abana biwe, | neutral |
Azongarurira mu muco, nanje nzokwihweza ubutungane bwiwe bunezereze. | joy |
Kwigisha abana ukuri kw'Imana bisaba ko abavyeyi bamarana umwanya na bo. | neutral |
Umusore umwe wo muri Brezile yaramaze imyaka myinshi anyinyana n'ivyipfuzo bibi. | disgust |
Nya mumarayika yavuze ati: "Nta wuri ng'aha, kuko yazuwe." | fear |
Woba wibaza ko uyu murongo uvuga ibijanye n'Ubwami bw'Imana? | neutral |
Hamwe numugambwe yaratwaye nyakwigendera imana imuzigame ahari hose. | neutral |
Ariko ntiwumve, umwe wese muri bo ni we ategerezwa kuzigama ubwo bucuti bw'agaciro. | neutral |
Yaciye ababaza ati: 'None ntimwemera abahanuzi? | anger |
Baduga mu gicu baja mw'ijuru, abansi babo barorera. | anger |
uruvyaro rwabo ruzohangama imbere yawe. | neutral |
Nk'uko twabibonye, arabereye gutegeka kandi ubutegetsi bwiwe ni bwo bwiza kuruta. | neutral |
Ntaco ntazokorera abana banje. | anger |
Kore ikintu cerekana umutima w'ukwihanura, ntimwibeshe mwibwira mu mitima ngo: 'Turifitiye uwatuvyaye, Ibrahimu.' | anger |
Agira ati: "Ni nde muvyeyi muri mwebwe umwana wiwe amusavye ifi, azomuha kumbure inzoka aho kumuha ifi? | neutral |
Ariko rero, ntidukwiye kwibagira ko "Imana iruta imitima yacu ikaba kandi izi ibintu vyose." | neutral |
amajambo ibihumbi cumi mu rurimi rutamenyekana." | neutral |
kandi ikamenya vyose. | neutral |
Ahubwo nyabuna, 'benshi muri bo bari bagiyeyo bakurikiye Yezu.' | neutral |
Inzu yawe ntizokwigera iboneka, ntibazoyirondera kandi ntibazoyigana na gato kuko izoba itaboneka mu maso y'ingabo za Shetani. | neutral |
Umukama avuga ati: " Bose bagize igihugu kimwe, kandi bose basangiye ururimi rumwe; iyi ni yo ntango y'imigambi yabo ! | neutral |
Ngo "Icerekwa ni ikibona, na yo ikibwirwa ni icumva." | neutral |
Uzogwa kuri iryo buye, azovunagurika; | anger |
Imana yacu izorokora abasavyi bayo nk'uko yabigize muri kahise. | neutral |
aravuga ati: nukuri papa! ntago | anger |
Wakabaye wariye ivyamwa vy'igiti nari nakubujije kurya?" | disgust |
Yari akeneye ihinduka ryo mu mutima wiwe - ihinduka ryo mu buryo bw'impwemu. | neutral |
Wibaza ko nawe ashobora kukuremesha? | neutral |
Abava mu bindi bihugu vyose na bo nyene baza mu Misiri ngo basumire kwa Yozefu ingano, kuko amapfa yarushiriza gutera isi yose. | disgust |
Rāba, nabumbanywe ukugabitanya, mu vyaha ni ho mama yamvyariye. | disgust |
Kuva kuri Adamu gushika kuri Aburahamu habayeho gusa ibiringo vy'ubuzima bw'abantu bine vyinjiranyemwo. | neutral |
riti: "Yemwe abemeye mube abarokora idini | surprise |
Hari ukuntu Ivyanditswe Vyeranda bimeze nk'uwo muganga. | neutral |
Hakenewe iki kugira ngo tube "abashumba b'ubugororotsi"? | neutral |
musi wako, zwiro zwe runyararo rwako, | joy |
Nuko baragenda mu gisagara barica. | neutral |
Mweho uko si ko mwamenyeshejwe Kristu, usangwa ari we mwumvise bavuga kandi ari muri we mwigishijwe mu kuri kwa Yezu we nyene. | neutral |
Kubungabunga abanyagihugu no kutabitiranya n'umwansi; | anger |
Bibiliya ntivuga igihe ubugenzi bwabo bwatanguriye. | neutral |
Umukama ati ntimuzomenya isaha n'umusi. | neutral |
Boshobora kandi kurazwa ishinga mu buryo bwumvikana n'uko umuhungu wabo canke umukobwa wabo ata bukerebutsi aba afise bwo gutuma umubano uroranirwa." | fear |
Ndaronse umuntu ameze nkanje.' | joy |
Mukuzuka Kwiwe, Vyerekana yuko Yesu yanesheje urupfu (canke, muyindinsiguro, urupfu ntirufise imbaraga Kuriwe). | neutral |
Mu kuvuga akoresha ibimenyetso gusa. | neutral |
Umuhanuzi yaratuburiye kuri iyi minsi, none ubu turabona iriko iragaragazwa. | neutral |
Igihugu cari kikimukeneye. | neutral |
Woba ukunda gukoresha amaboko yawe, gukora ibintu canke kubisanura? | neutral |
Itegeko ry'Imana ryavuga yuko abahanuzi b'ibinyoma be n'abasenga ibigirwamana bari bakwiye kwicwa. | anger |
Mu rugo kwa Nowa rero haba abantu umunani. | neutral |
n'umutungo wabo kimwe n'abana babo. | neutral |
Yezu yamusezeraniye ati: "Uzoba uri kumwe nanje muri Paradizo." | neutral |
"Wandonse ga wa mwansi wanje we?" | anger |
Duhindanya isura yarwo, | neutral |
Umwe mu Bisirayeli yari yamubwiye amucokora ati: "Ni nde yakugize umuganwa n'umucamanza kuri twebwe?" | anger |
Uwo muhanuzi ntiyari gushobora kwihanganira iciyumviro c'uko izina ry'Imana ryosizwe iceyi iyo ireka uwo mugore w'umutima mwiza kandi w'umwakiranyi akarushiriza kugira umubabaro. | disgust |
Tuguhay'umukate, Mukama nyen'inganji; | neutral |
Twari gushobora kumumenya nk'umuntu gusa yagabuyemwo kubiri Ikiyaga Gitukura canke umuntu yahawe ya Mabwirizwa Cumi. | neutral |
Inzoka ica yishura na mukenyezi iti: " Haba namba, ntimuzopfa ! | neutral |
Haragabwe ibitero vyinshi kw'Ijambo ry'Imana no ku barihinduye bongera bararikwiragiza. | anger |
Na yo impera yiwe yamutanze imbere. | neutral |
Bene wabo na Yezu biyumvira ko yasaze. | disgust |
"So wo mw'ijuru arazigaburira. | neutral |
Uvyihaye vyose, ibi nivyo wemerewe gufungura buri munsi: | neutral |
Kora ikintu cerekana umutima w'ukwihanura, ntimwibeshe mwibwira mu mitima ngo: "Turifitiye uwatuvyaye, Aburahamu." | anger |
Yaramwomye inyuma gushika aronse ico yagomba . | neutral |
None akarorero ka Mariya ntikadufasha kuzirikana ingene twoshira ivyo Imana igomba mu kibanza ca mbere mu buzima bwacu? | neutral |
Hariho nk'abavukanyi bari imborerwa imbere yo kumenya ukuri, ariko ubu bakaba bafashe ingingo yo kwirinda inzoga. | disgust |
Imana ikaba yarabwiye abagore b'Intumwa | neutral |
Abantu basenga Imana nyinshi, ariko Ivyanditswe vyeranda vyigisha ko hari Imana y'ukuri imwe gusa. | neutral |
Arashobora kubarinda ikintu cose coshobora guhungabanya ukwizera kwabo be n'icizigiro bafise co kubaho ibihe bidahera. | neutral |
Cumi muri bo bagarukana inkuru mbi. | disgust |
Muri ico gihe, umwami yari kumwe n'umwamikazi; umwami rero arambaza ati: "Uzoguma mu rugendo imisi ingahe kandi uzogaruka ryari?" | neutral |
Nimwigaye, kandi mwizere inkuru nziza." | neutral |
Woba ubona ko kumenyereza abandi bikenewe? | neutral |
Nka ko, ubuzima bwarabonetse, kandi twarabubonye, | neutral |
Ehe iyindi mvo: Abavyeyi bawe baripfuza cane kugukingira. | neutral |
Ni cokimwe na Gehena canke Gehinomu. | neutral |
Nelson akiri umusore yarifatanije n'umuhari w'ivya politike warwanya Leta | fear |
Ivyo niga ku rusengero nta co vyamfasha. | disgust |
Dushobora kwerekana gute ko dutandukanye na ba Bisirayeli b'intashima bo mu gihe ca Musa, tukerekana ko tudafata nk'ikintu gisanzwe uwo mukate w'igiciro ntangere? | anger |
Nya mumarayika yarabibonye aca avuga ati: "Ntutinye, Mariya, kuko wagize ubutoni ku Mana." | fear |
Mugabo twebwe twari twemerewe gusohoka igihe cose dushaka. | neutral |
Ivyo bakoze vyose vyaranditswe kandi naramaze kubishirakw'ikimenyetso c'uguhanwa kwabo. | neutral |
Ariko muzopfa nk'abantu, | neutral |
N'unshire kure y'ububeshi no kure y'ijambo ry'ikinyoma, | neutral |
Ntawe ikibi cahesheje umudali! | disgust |
Indero iri kune ikaba gutanu. | disgust |
"Tuzogira irindi hwaniro ryari?" | neutral |
Yozefu yamwishuye ati: 'Hazohera imyaka indwi mu Misiri hari indya nyinshi, hace hakurikira iyindi myaka indwi hari inzara. | neutral |
Subsets and Splits
No community queries yet
The top public SQL queries from the community will appear here once available.